5.5 C
New York
Tuesday, October 19, 2021
HomehomepageEliminatoires CHAN2019 : Urutonde rw'abakinyi 33 b'intamba bagiye kwitegurira Ubuganda

Eliminatoires CHAN2019 : Urutonde rw’abakinyi 33 b’intamba bagiye kwitegurira Ubuganda

Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 14 Nyakanga umwaka w’2019 niho abamenyereza b’intamba mu rugamba bashira ahabona urutonde rw’abakinyi 33 bagiye kwitegurira Ubuganda mu nkino zo gukurakuranamwo zo kurondera itike yo gukina inkino z’abakinyi bakina hano iwacu CHAN2020 zizobera muri Cameroun.

Abanyegori ni :

1.Onésime Rukundo (Messager Ngozi)
2.Joseph Rugerinyange (Vital’o Fc)
3.Shalom Hailé (Lydia Ludic)
4.Falès Ndizeye (Aigle Noir)

Abakina inyuma :

1.Eric Ndizeye (Musongati)
2.Harerimana Emmanuel (Buja City)
3.Hubert Issa (Athletico Academy)
4.Abdoul Amini (Messager Ngozi)
5.Faustin Ndikumana (Rukinzo Fc)
6.Eric Niyonkuru (Lydia Ludic)
7.Blanchard Ngabonziza (Aigle Noir)
8.Rama (Kayanza United)
9.Kévin Bizimana (Aigle Noir)
10.Issa Hakizima (Musongati)
11.Asmani Amissi (Flambeau du centre)
12.Alberto Josué Mugisha
13.Harerimana Lewis (Inter Star)

Abakina hagati :

1.Musore Aoron (Musongati)
2.Cédric Dany Urasenga (Messager Ngozi)
3.Franck (Musongati)
4.Abedi Bigirimana (Rukinzo)
5.Amissi Bizimana (Rukinzo)
6.Thérence Rukundo (Kayanza United)
7.Benjamin Kasongo (Aigle Noir)
8.Ibrahim Karikera (Messager Ngozi)
9.Benjamin Rukundo (Musongati)
10.Ramirès Murangira (LLB-S4A)

Abasatirizi

1.Iddy Museremu (Messager Ngozi)
2.Aimé Gakiza (Flambeau du centre)
3.Arthur (Messager Ngozi)
4.Raoul Byamungu (Bumumaru)
5.Landry Ndikumana (Kayanza United)
6.Saidi (Musongati)

Abo bakinyi bose bikaba bitegekanijwe y’uko bashika ku kibuga CTN (Centre Technique National) kiri mu Ngagara kuri uyu wa w’Imana igenekerezo rya 15 Nyakanga umwaka w’2019 igihe c’isaha icumi na zibiri zo ku mugoroba (18h00), imyimenyerezo nayo ikazotangura kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 16 Nyakanga umwaka w’2019.

- Advertisment -

Must Read

Meme Meili yavuze ku mafaranga yakoresheje muri “Arabesha”

0
Ya ndirimbo "Arabesha" ya Meme Meili ngo ntiyovuga ko Ariwe yayikoreye canke ngo Afise Management imufasha muri ivyo bikorwa vyiwe vy'umuziki, ariko ngo arafise...