Umumenyereza w’intamba mu rugamba arizeza intsinzi abarundi murukino rw’Ubuganda
https://www.youtube.com/watch?v=4PGpqiGcFyQ
https://www.youtube.com/watch?v=4PGpqiGcFyQ
Mu gihe hategekanijwe urukino rwo gukurakuranamwo rwo kurondera itike yo kwitabira inkino za nyuma z'abakinyi bakina mu bihugu vyabo CHAN 2020 zizobera muri Cameroun, kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 18 Nyakanga…
Kuri uyu wa kabiri waraye uheze igenekerezo rya 17 Nyakanga umwaka wa 2019 niho umugwi Heracle Almelo U21 ukinamwo umukinyi wo kuruhande mu mugwi nserukiragihugu w'intamba mu rugamba Mohammed Amissi wari wakiriwe…
Kuri uyu wa kabiri waraye uheze igenekerezo rya 17 Nyakanga umwaka wa 2019, umumenyereza w'intamba mu rugamba z'abatarenza imyaka 20 Gustave Niyonkuru yaraye ashize ahabona abakinyi 21 baza gufata urugendo kuri uyu…
Inyuma y'aho umuririmvyi Bobona yifatiye mu gahanga Christian Nsavye umwe mu bamenyeshamakura bagize uruhara rukomeye kugira uwo muririmvyi amenyekane, Kaka Bonney yateye ivyatsi iyo nyifato. Uwo mushingamateka atagira…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.