Aho wokura Don’t cry ya Sat-b na Aslay Ku buntu
Akaririmbo Don't Cry Sat-b yakoranye na Aslay kabanje kugurishwa imbere yuko gahabwa abantu Bose. Akaririmbo Don't Cry Sat-b yakoranye na Aslay wo muri Tanzania kamaze gushirwa ahabona. Ako karirimbo kakaba…