5.5 C
New York
Monday, October 25, 2021
HomehomepageCECAFA U20: Urutonde rw'abakinyi 11 b'intamba baza gutangura mu kibuga

CECAFA U20: Urutonde rw’abakinyi 11 b’intamba baza gutangura mu kibuga

Umumenyereza w’umugwi nserukira gihugu w’intamba mu rugamba w’abatarenza imyaka 20 Niyonkuru Gustave yamaze gushira ahabona urutonde rw’abakainyi 11 aza gutanguza mu rukino rwa mbere rwa CECAFA U 20 iriko ibera mu gihugu ca Uganda ruza kubahuza na Soudan y’epfo igihe c’isaha icumi 16h00 mu masaha ya hano iwacu .

Aba nibo bakinyi 11 baza gutangura mu kibuga :

1.NIJIMBERE Juma
2.NTUNZWENIMANA Amissi
3.NIYERA Japhet
4.NDIKUMANA Ally
5.MUSORE Prince Michel
6.MUDERI AKbar
7.HAKIZIMANA Hamimu
8.SAMIR Nasri
9.NIBIKORA Arthur
10.NIYONKURU Karim
11.DUSHIME Yassin

Abaza gusubirira abandi :

1.MUNEZERO Karim
2.NKURUNZIZA Fabrice
3.NUKEYENEZA Didier
4.KAZEDA Crispin
5.KANYAMUNEZA Christian
6.ISHIMWE Giggs
7.NSHIMIRIMANA Darcy
8.NDUWIMANA Louis Rome6
9.NSHIMIRIMANA François.

Staff:

1.NIYONKURU Gustave
2.BAKEVYA Antoine
3.NDAYAMBAJE J. Wilson.

- Advertisment -

Must Read

# Indundi Sports| Abakinyi b‘abarundi ba Taekwondo baraye bashitse i Bujumbura

0
  Umugwi wa Puma Taekwondo wari waserukiye Uburundi mu mahiganwa ya Nairobi Governors Cup Taekwondo waraye ushitse i Bujumbura . Abo basore bakaba baratahukanye ikibanza ca...