5.5 C
New York
Monday, November 29, 2021
HomehomepageNdikumana Selemani yasubiye gutangura imyimenyerezo n'abandi

Ndikumana Selemani yasubiye gutangura imyimenyerezo n’abandi

Ku musi wa kane igenekerezo rya 19 Nyakanga umwaka wa 2019, uwahoze ari kizigenza w’intamba mu rugamba Ndikumana Selemani yatanguye imyimenyerezo n’abandi mu mugwi Azam Fc.

Ndikumana Selemani yari amaze imisi agwaye umugongo ivyatumye ataboneka no mu rukino rwa CAF Confederation Cup rwahuje Azam FC hamwe na Triangle United wo muri Zimbabwe i Dar es Salaam.

Mukamenya y’uko Selemani Ndikumana yaguzwe muri Azam Fc azanwe n’umumenyereza w’umurundi ariwe Etienne Ndayiragije .

- Advertisment -

Must Read

Preeze ngo yahebeye abandi muri Platform show awards 2021

0
Preeze ari mu gitigiri c’abaririmvyi bari bashizwe mw’ihiganwa rya Platformshowawards 2021 mu gice ca Hip Hop/Rap, ariko yasavye gukurwa muri iryo higanwa. Akoresheje urubuga rwiwe...