5.5 C
New York
Saturday, January 23, 2021
Home homepage Primus ligue : Uku niko imigwi izohura ku ndwi igira icenda

Primus ligue : Uku niko imigwi izohura ku ndwi igira icenda

Ihiganwa ryo mu cicaro ca mbere mu Burundi Primus ligue rigiye kubandanya ku ndwi igira icenda. Uku niko imigwi igiye guhura :

Kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 4 /10/2019

– Isaha icenda 15h00 ku kibuga c’intwari, umugwi Inter Star wakiriye Burundi Sports Dynamic

Ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 05/10/2019

– Isaha indwi n’igice 13h30 Bujumbura City izokwakira Ngozi City

– Isaha icumu 16h00 Bumamuru Fc izokwakira Rukinzo Fc

-Isaha icenda mu Ruyigi 15h00 Aigle Noir izokwakira Olympic Star

– Isaha icenda 15h00 ku kibuga c’Urukundo Kayanza United izokwakira LLBS4A

Igenekerezo rya 06/10/2019

– Isaha 13h00 ku kibuga c’intwari Vital’o Fc izokwakira Athletico Academies

– Isaha icumi 16h00 ku kibuga c’intwari, Les lierres izokwakira Musongati Fc

– Isaha icenda 15h00 ku kibuga c’Ingoma Flambeau du Centre izokwakira Messager Ngozi.

Must Read

Dj Bisoso yikuye mw’ihiganwa ry’ikiganiro the Choice yohuriyemwo na DJ Ira...

0
  Ikiganiro The choice gica ku mboneshakure Isibo  yo mu gihugu kibanyi c’Urwanda iriko irategura gutanga ubushimwe mu mice itandukanye y’ubuzima bw’umuziki muri ico gihuguc’Urwanda....