Sat-b abandanya mu bibanza bishimishije muri Tanzania
Arabandanya gushimira abarundi ndetse n’aba Tanzania muri rusangi. Inyuma y’isohoka ry’indirimbo Don’t Cry arikumwe na Asley kuva mu gihugu ca Tanzania, ni SAT-B abandanya gukora neza cane haba kumbuga ngurukana bumenyi nka…