Umuriro wasubiriye kwaka hagati ya Sat-b na Big Fizzo
Agahengwe kari mu mubano wa Sat-b na Big Fizzo muri kino gihe, gasa n'akatosekaye kubera amajambo yavugiwe mu kiganiro Sat-b yahaye Wasafi FM. Mu gihe hasa n'ahagize igihe agahengwe hagati ya Sat-b na Fariouz,…