5.5 C
New York
Sunday, September 26, 2021
HomehomepagePrimus Ligue : Uko batsindaye kundwi igira 10

Primus Ligue : Uko batsindaye kundwi igira 10

Mu mpera z’indwi iheze ihiganwa ryo mu cicaro ca mbere mu Burundi Primus ligue ryarabandanije kundwi yaryo igira 10, uku niko batsindanye :

– Burundi Sports Dynamic yatsinze Buja city ibitsindo 2 Ku 1

-Athletico Academy itsindwa na Messager Ngozi ibitsindo 2 kuri 1

– Olympic Star itsindwa na Olympic Star ibitsindo 2 kuri 1

– Ngozi City yanganijr na Kayanza United igitsindo 1 kuri 1

– Aigle Noir yatsinzwe na Bumamuru Fc ibitsindo 3 kuri 1

– LLBA4A yanganije na Musongati Fc 0 Ku 0

– Les Lierres Yanyagiwe na Rukinzo Fc ibitsindo 4 kuri 1

– Vital’o fc yanganije na Inter Star igitsindo 1 kuri 1

Uko imigwi igenda irasumbasumbanya amanota :

1) Messager Ngozi : ifise amanota 23

2) Flambeau du centre : ifise amanota 22

3) Musongati Fc : Ifise amanota 20

4) Bumamuru Fc : ifise amanota 16

5) Vital’o Fc: ifise amanota 16

6) Bs Dynamic : Ifise amanota 16

7) LLBS4A ifise amanota : 14

8) Buja city : Ifise amanota 12

9) Aigle Noir : Ifise amanota 11

10) Olympic Star : Ifise amanota 11

11) Athletico Academy : ifise amanota 10

12) Rukinzo Fc : ifise amanota 9

13) Kayanza United: Ifise amanota 9

14) Inter Star : Ifise amanota 8

15) Les lierres : Ifise amanota 7

16) Ngozi City : Ifise amanota 4

- Advertisment -

Must Read

# indundi Sports| Ndikumana Justin yongewe amasezerano muri Bandari Fc

0
Justin Ndikumana abandanya yizerwa muri Bandari Fc umugwi wo mu cicaro ca mbere mu gihugu ca Kenya. Kuri uyu wa gatanu waraye uheze igenekerezo rya...