Bimwe muvyashikirijwe n’umutambukanyi w’umukuru w’igihugu ku bibazo bijanye n’amagara y’abantu
Umutambukanyi w’umukuru w’igihugu Denise Bucumi Nkurunziza yaremesheje mu gitondo co kuri uyu wa kane igenekerezo rya 17 Gitugutu umwaka w'2019, ikiganiro n’abamenyeshamakuru n’abanyagihugu bakaba bahawe akanya ko…