Kidumu,Natacha…|Ibikorwa ni vyinshi kandi ama vidéos…|Ntiyakozwe kuko igihe cayo cari carenze
Must Read
Amadorari arenga imiriyoni 49 niyo akenewe kugira uwo mugambi uranguke
Amafaranga arenga imiriyoni mirongo ine n’icenda z’amadorari y’abanyamerika niyo akenewe kugira umugambi wo kugwanya koronavirisi uranguke neza.
Menshi muri ayo azokoreshwa mu kugura ibikoresho...