Etienne Ndayiragije ntakibarizwa muri Azam Fc
Inyuma y'aho umugwi nserukira gihugu wa Tanzania w'abakinyi bakina iwabo utsindiye umugwi nserukira gihu wa Sudan mu rukino rwo gusubiriza rwa CHAN rwabaye mu mpera z'indwi iheze ubifashijwe n'umenyereza…