#Amahoro| Ubwishingizi ( Assurance) ni kimwe mu bindi vyoguha amahoro mu mutima
Intambara turwana buri musi ni intambara z'ukwigizayo ico cose cohava kiza guhungabanya amahoro mu mutima. Iyo bishitse umuntu akavyuka akomeye araheza agashimira Imana. Eka kandi biraheza bikagenda uko nyene n'iyo…