5.5 C
New York
Monday, January 18, 2021
Home homepage Primus ligue : Aba nibo bakinyi batemerewe gukina kundwi ya 11

Primus ligue : Aba nibo bakinyi batemerewe gukina kundwi ya 11

Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 26 na 27 Gitugutu umwaka wa 2019, ihiganwa rya Primus ligue rigiye kubandanya kundwi yaryo igira 11.

Ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi FFB ryashize ahabona abakinyi bafise ikarata z’umuhondo n’izitukura batemerewe gukina inkino z’indwi ya 11.

Akaba ari aba bakurikira :

1) Bishaza Idrissa ( Flambeau du centre)

2) Hitimana Hamza ( Aigle Noir)

3) Ngabo Nziza Blancahard ( Aigle Noir)

4) Nibigira Christophe ( Athletico Academy )

5) Karikera Ibrahim ( Messager Ngozi)

6) Havyarimana Issa ( Les lierres)

7) Ndikumana Faustin.

Must Read

Umurundi Didier Touya agiye gukinira umugwi wa Mbeya City wo muri...

0
Umugwi wo mu cicaro ca mbere mu gihugu ca Tanzania wamaze kugura umukinyi w‘umusatirizi w’umurundi Dider Touya yigeze gukinira umugwi LLBS4A. Didier Touya akaba agiye...