Gael Bigirimana agiye gukina umugwi uri mu cicaro ca gatanu
Kuri uyu wa kabiri waraye uheze igenekerezo rya 29 Gitugutu umwaka wa 2019 mu bwongereza niho icegera ca kizigenza w'intamba mu rugamba Gael Bigirimana yashira umukono ku masezerano yo gukinira umugwi wo mu cicaro ca…