Umurwi “The Gift Films Society” ugiye kuzana ireresi nshasha wise “Intwari z’urukundo”
Umurwi ukina amareresi mu gisagara ca Bujumbura "The Gift Films Society" ubandanya uvyifatamwo neza mu gukina amareresi y’akataraboneka canecane mu rurimi kavukire rw’ikirundi. Mu kiganiro gito indundi yagiranye na…