5.5 C
New York
Tuesday, April 13, 2021
Home homepage Primus ligue : Uku niko imigwi igiye guhura ku ndwi ya 12

Primus ligue : Uku niko imigwi igiye guhura ku ndwi ya 12

Kuva kuri uyu wa gatandatu no ku w’Imana igenekerezo rya 02 nirya 03 Munyonyo 2019 ihiganwa rya Primus ligue rigiye kubandanya ku ndwi yaryo igira 12. Uku niko imugwi izohura ku musi wa gatandatu 02/11/2019

-Ku kibuga c’intwari isaha indwi n’igice 13h30, umugwi Rukinzo Fc uzokwakira Messager Ngozi Fc

-Kuri ico kibuga nyene c’intwari igihe c’isaha icumi 16h00, umugwi Les Lierres uzokwakira BS Dynamic

-Ku kibuga c’i Makamba Peace Park isaha icenda 15h00, umugwi Aigle Noir Fc ugiye kwakira Athletico Academy

-Ku kibuga c’umuco kiri i Muyinga isaha icenda 15h00, umugwi Olympic Star uzokwakira Buja city.

Ku musi w’Imana igenekerezo rya 02/11/2019:

-Ku kibuga c’Urukundo isaha icenda 15h00, umugwi Kayanza United uzokwakira Bumamuru Fc

-Ku kibuga c’intwari isaha indwi n’igice 13h30, Inter Star izokwakira LLBS4A

-Ku kibuga c’intwari isaha icumi 16h00, umugwi Vital’o Fc uzokwakira Ngozi City

-Ku kibuga c’ingoma i Gitega, umugwi Flambeau du centre uzokwakira Musongati Fc.

Must Read

Rayvanny aseseye agafu Harmonize mu kuvuga ko yashatse kurya inkoko n’amagi...

0
Mw’isezerano rya kera ku basanzwe bemera Bibiliya, hari ahavuga ko ukwihora birekuwe, bati n’ijisho ku rindi, na Rayvanny nawe nivyo yaraye akoze ku rubuga...