CNC : Umumenyeshamakuru akoze ikosa ashobora guhanwa ku mpande zibiri
Mu gihe umumenyeshamakuru akoze ikosa ashobora guhanwa n’amategeko y’igihugu atandukanye yaba amategeko mpanavyaha canke amategeko agenga umwuga wo kumenyesha amakuru. Mu kiganiro n’abamenyeshamakuru umukuru w’urwego CNC…