#Diaspora| Moses Chimamanda yaraye amusimbanye
Ngo ikiranga umukozi w'Imana n'ubushingantahe kandi ntiwoja guhanura ingo n'imiryango nawe atarugo rw'akarorero ufise. Iyo niyo mvo yatumye Moses afata ingingo yo gushinga urwiwe. Moses yamenyekanye…
Ngo ikiranga umukozi w'Imana n'ubushingantahe kandi ntiwoja guhanura ingo n'imiryango nawe atarugo rw'akarorero ufise. Iyo niyo mvo yatumye Moses afata ingingo yo gushinga urwiwe. Moses yamenyekanye…
Mw'ijoro ryo kuri uyu wa mbere waraye uheze igenekerezo rya 11 Munyonyo 2019, niho umumenyereza w'umurundi Masudi Djuma yahabwa amasezerano yo kumenyereza umugwi Bugesera Fc ukina mu cicaro ca mbere mu gihugu…
Indirimbo Mkombozine yumvikanamwo amajambo y'ikiganda niyo yabaye imbarutso y'urudubi. Ipfuhe ku baririmvyi b'abagande niryo ryatumye Mkombozi adaheza igiteramo uko cari gitegekanijwe. Abantu isinzi bari…
Inyuma y'aho umugwi nserukira gihugu w'abapfasoni ukoreye imyimenyerezo yo kwitegurira ihiganwa rya CECAFA Women Challenge Cup Tanzania ku kibuga c'ubuhinga (CTN) Centre Technique National c'ishirahamwe…
Kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 12 Munyonyo 2019, Isaha zitatu zo mu gatondo 9h00 niho umugwi nserukira gihugu w'intamba mu rugamba washika neza na neza i Bangui mu ntumbero yo gutana mu mitwe n'umugwi nserukira…
Ivuo bimenyeshwa n'umwanditsi akaba n'umurwizatunga Brian Tracy mu gitabo yanditse kijanye n'ubuhinga bw'ukudandaza yise " The psychology of selling". Uwo mugabo yavutse mu mwaka wa 1944…
Ku musi wa gatandatu no kuwa Mungu igenekerezo rya 9 n'irya 10 Munyonyo 2019, ihiganwa rya Primus ligue Burundi ryarabandanije kundwi ya 13 yaryo ku migwi yose ikina mu cicaro ca mbere. Uku niko imigwi yatsindanye : -…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.