5.5 C
New York
Monday, October 25, 2021
HomehomepageCECAFA Senior Women Challenge Cup : Urutonde rw'abakinyi 19 bagiye i Dar...

CECAFA Senior Women Challenge Cup : Urutonde rw’abakinyi 19 bagiye i Dar es Salaam

Inyuma y’aho umugwi nserukira gihugu w’abapfasoni ukoreye imyimenyerezo yo kwitegurira ihiganwa rya CECAFA Women Challenge Cup Tanzania ku kibuga c’ubuhinga (CTN) Centre Technique National c’ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi FFB , kuri uyu wa mbere, uyo mugwi waraye ufashe urugendo werekeza i Dar Es Salaam.

Aba nibo bakinyi 19 hamwe na Staff bashoboye kwerekeza i Dar Es Salaam:

1) Irakoze Jeanne
2) Nzeyimana Adidja
3) Ndoreraho Belinda
4) Nahimana Nasra
5) Bukuru Rachelle
6) Kamwe kamwe Gynette
7) Uwineza Djazila
8) Keza Angelique
9) Irankunda Charlotte
10) Nahimana Esta
11) Bukuru Joelle
12) Asha Djafari
13) Manishimwe Avelyne
14) Sakina Saudi
15) Niyonkuru Sandrine
16) Uwimana Aniella
17)Sibimana Allyah
18) Irakoze Ladouce
19) Suzanne Zilfa

Abaherekeje umugwi nabo akaba ari :

1) Kayange Marie Goreth : akora muri Ministere

2) Honorable Gloriose Ndayizeye: akora muri FFB

3) Niyibimenya Danielle : Umumenyereza Mukuru

4) Ininahazwe Belyse : Icegera c’Umumenyereza Mukuru

5) Pater Brenda Ismail : Umumenyereza wa banyezamu

6) Dr Munezero : Umuganga

7) Masiyi Fanny : Umu kinésithérapeute

Mukamenya y’uko Uburundi buzotana mu mitwe na Zanzibar kuri uyu wa kane igenekerezo rya 14 Munyonyo 2019 isaha umunani 14h00 I Dar Es Salaam  hama urukino rwa kabiri intamba zizohura na Tanzania igenekerezo rya 16 Munyonyo isaha icumi n’igice 16h30h hama urukino rwa nyuma rwo mw’intsinda barimwo bakazotana mu mitwe na Sudani y’epfo igenekerezo rya 18 Munyonyo Isaha umunani 14h00.

- Advertisment -

Must Read

# Indundi Sports | Ni igiki coba catumye Ferouz Haruna asubirira...

0
Haciye imisi uwahora ari umumenyereza mukuru wa Flambeau de l’Est Kabera Christian batazira Morinho yirukanwe muri uwo mugwi . Amakuru yashikiriye Indundi Sports ariko ataremezwa...