homepagekirundikirundi_Sports

Primus ligue : Uku niko imigwi yatsindanye kundwi ya 13

Ku musi wa gatandatu no kuwa Mungu igenekerezo rya 9 n’irya 10 Munyonyo 2019, ihiganwa rya Primus ligue Burundi ryarabandanije kundwi ya 13 yaryo ku migwi yose ikina mu cicaro ca mbere.

Uku niko imigwi yatsindanye :

– Athletico Academy yatsinze Les Lierres ibitsindo 2 ku 0

-Musongati Fc yanganije na Bumamuru Fc 0 Ku 0

– LLS4A yatsinzwe na Messager Ngozi igitsindo 1-0

– Buja city inganya na Inter Star 0 ku 0

– Bs Dynamic yanganije na Rukino Fc igitsindo 1 kuri 1

– Vital’o Fc yanyagiye Flambeau du Centre ibitsindo 3-0

– Olympic Star yanyagiye Kanyaza United ibitsindo 3 kuri 1

– Ngozi city yanyagiwe na Aigle Noir Ibitsindo 3 kuri 1.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 277