5.5 C
New York
Thursday, October 28, 2021
HomehomepageIntamba zitezwe gushika i Bujumbura uno musi

Intamba zitezwe gushika i Bujumbura uno musi

Inyuma yo gutsindwa ibitsindo 2-0 n’umugwi wa République Centre Africaine mu rukino rwo kurondera itike yo gukina igikombe ca CAN2021 kizobera muri Cameroon, Intamba mu rugamba zitezwe gushika ku kibuga c’indege Melchior Ndandaye mw’ijoro ryo kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 15 Munyonyo 2019.

Imbere y’uko zishika i Bujumbura zashoboye gukora imyimenyerezo mu gatondo ko kuri uyu wa gatanu.

Mukamenya y’uko Intamba mu rugamba zifise urukino rwo gutangura n’umugwi nserukira gihugu wa Maroc ku musi wa kabiri igenekerezo rya 19 Munyonyo 2019 isaha icenda 15h00 ku kibuga c’intwari kiri i Bujumbura.

- Advertisment -

Must Read

SAT-B ngo yasabwe gukora arekane n’abavuga gusa

0
Abantu bahanuye Sat-b gukora gusumba kwishinga abavuga, ivyo bikaba bishikirijwe ku rubuga rwiwe Aho yariko amenyesha abantu ko Imana ariyo yamukuye mu bworo. uwo muririmvyi...