5.5 C
New York
Wednesday, July 28, 2021
HomehomepageIbiciro vyo kwinjira mu rukino rw'intamba na Maroc vyamenyekanye

Ibiciro vyo kwinjira mu rukino rw’intamba na Maroc vyamenyekanye

Kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 19 Munyonyo isaha icenda 15h00 ku kibuga c’intwari umugwi nserukira gihugu w’intamba mu rugamba uzoba uriko urakira umugwi nserukira gihugu wa Maroc mu rukino rwo gukurakuranamwo ryo kurondera itike yo gukina inkino za nyuma za Afcon 2021 zizobera muri Cameroun.

Ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi FFB rikaba ryamaze gushira ahabona ibiciro vyo kwinjira muri urwo rukino.

Ivyo biciro bikaba bimeze uku gukurikira :

-Ku mpande z’ikibuga : 5000Fbu

-Mu bwugamwo A na B : 20.000Fbu

-Mu bwugamwo bw’iteka V.I.P: 50.000Fbu nayo

-Mu bwugamwo bw’iteka VVIP : 100.000Fbu.

- Advertisment -

Must Read

Natacha yoba yahawe urucanco rwa COVID-19

0
Natacha iyo abarizwa ku mugabane wa buraya iyo Ari mu karuhuko, yoba yikingishije ikiza ca COVID-19 giterwa n'umugera wa Coronavirus. Ivyo bikaba vyabonetse ku mbuga...