Imigambwe 11 isaba Reta y’Uburundi kwitwarira igihugu c’Urwanda
Imigambwe igera kuri icumi n’umwe yemewe n’amategeko kuri uno wa kane igenekerezo rya 21 Munyonyo 2019 yashize ahabona itangazo aho yamirira kure agasomborotso k’igihugu kibanyi c’Urwanda. Ivyo bikaba bibaye mu gihe mw’ijoro…