Umubabaro ya Sat-b itanguye kubonwa nabi itaramara na 2
Ibura ry'indimi mva makungu mu ndirimbo Umubabaro nshasha ya Sat-b ntibiriko birabwa ryiza na bamwe mu bafana ba Sat-b bo mu bihugu bitumva ikirundi yaririmvyemwo. Imyidogo itanguye kuba myinshi mu bakurikiranira hafi…