5.5 C
New York
Sunday, April 11, 2021
Home homepage CECAFA Challenge Cup : Urutonde rw'abakinyi 29 b'intamba bahamagawe

CECAFA Challenge Cup : Urutonde rw’abakinyi 29 b’intamba bahamagawe

Kuri uyu wa gatanu waraye uheze igenekerezo rya 22 Munyonyo 2019, ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi FFB ryarashize ahabona urutonde rw’abakinyi 29 b’intamba mu rugamba bagiye kwitegurira inkino za CECAFA Challenge Cup y’imigwi nserukira gihugu izobera mu gihugu c’Ubuganda mu kwezi kwa kigarama.

Aba nibo bakinyi 29 bahamagawe :

1. Rukundo Onésime (Messager Ngozi)
2. Mutombola Fabien (Vipers CS / Ouganda)
3. Ndizeye Haile Shalom (LLB)
4. Ndizeye Eric (Musongati FC)
5. Hakizimana Issa (Musongati FC)
6. Nsikumana Asmani (Aigle Noir)
7. Harerimana Rashid Léon (Kayanza United)
8. Amin Abdul (Messager Ngozi)
9. Harerimana Emmanuel (Bujumbura City)
10. Muryango Moussa (Lipuli /Tanzanie)
11. Hitimana Hamza (Aigle Noir)
12. Issa Hubert (Athletico Academy)
13. Massudi Narcisse (Aigle Noir)
14. Urasenga Danny Cédrick (Messager Ngozi)
15. Abedi Bigirimana (Rukinzo FC)
16. Mabano Shabani (Aigle Noir)
17. Museremu Iddy (Messager Ngozi)
18. Gasongo Benjamin (Aigle Noir)
19. Gakiza Aimé (Flambeau du Centre)
20. Vyamungu Raoul (Bumamuru FC)
21. Dusabe Olivier (Vital’O FC)
22. Murangira Ramires (LLB)
23. Musore Aaron (Musongati FC)
24. Ndayishimiye Youssouf (Aigle Noir)
25. Nshimirimana Jospin (Aigle Noir)
26. Abdoul Ndayishimiye (Athletico Academy)
27. Ndikumana Landry (Kayanza United)
28. Nibibona Eddy (Bumamuru FC)
29. Nibikora Arthur (Messager Ngozi).

Imyimenyerezo ikazotangura kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 25 Munyonyo 2019.

Must Read

Les Jumeaux Music Club : Apprendre comment devenir boss de soi-même

0
Au moment où le marché du travail devient de plus en plus rare et que certains lauréats des universités tant publiques que privées gardent...