HomeBurundi#Indundi Sports| Primus ligue Burundi : Uko imigwi yatsindanye kundwi ya 15

#Indundi Sports| Primus ligue Burundi : Uko imigwi yatsindanye kundwi ya 15

Kuva ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 23 gushika kuri uyu w’Imana igenekerezo rya 24 Munyonyo , ihiganwa rya Primus ligue Burundi ryabandanije kundwi yaryo ya 15 ariyo yanyuma isezera igice ca mbere c’iryo higanwa (phase Aller).

Uku n’iko imigwi yagiye iratsindana :

– Ngozi city yatsinzwe na Les lierres ibitsindo 2 ku 0 .

– Olympic Star inganya na Bumamuru ibitsindo 2 kuri 2

– Musongati Fc itsinda Aigle Noir ibitsindo 2 kuri 1

– LLB4A yatsinze Athletico academy ibitsindo 1 ku 0

– Rukinzo Fc yatsinze Inter Star ibitsindo 2 kuri 1

– Kayanza United yanganije na Vital’o Fc igitsindo 1 kuri 1

– Bs Dynamic yanganije na Mesaager Ngozi igitsindo 1 kuri 1

– Flambeau du centre yatsinze Bujumbura city ibitsindo 2 kuri 1

- Advertisment -

Must Read

Big Fizzo ngo n’abandi nibatumirwe

0
Uno musi impari ntizibuze ku buryo ibiteramo Big Fizzo aheruka gukorera ku mugabane wa buraya vyagenze, ariko kubwiwe ngo ibiteramo vyagenze neza cane. Mu kiganiro...