The Ben yoba yikoze kuri Otile ngo amucire icanzo
Inyuma ya Vazi, the Ben yikoze kuri Otile Brown wo muri Kenya ngo bakorane akaririmbo. Inyuma y'akaririmbo Vazi yakoreye ku mugabane wa Amerika, The Ben asubiriye kandi gushira ahabona akandi karirimbo gashasha. Ako…