Saido Berahino agiye gusubira mu kibuga
Inyuma y'indwi zine adahonyoza ikirenge mu kibuga kubw'imvune yaronse kizigenza w'intamba mu rugamba Saido Berahino agiye gusubira kuboneka mu kibuga mu rukino ruza kubahuza na Kaa Gent kuri uyu wa gatandatu…
Inyuma y'indwi zine adahonyoza ikirenge mu kibuga kubw'imvune yaronse kizigenza w'intamba mu rugamba Saido Berahino agiye gusubira kuboneka mu kibuga mu rukino ruza kubahuza na Kaa Gent kuri uyu wa gatandatu…
Naho bikigoye kwemeza, ariko ngo ibimenyetso vyerekana ko ata gikozwe, Mbappe ashobora kwerekeza umwanya n'umwanya mu gihugu ca Espagne I Madrid kwa Zinedine Zidane. Kylian Mbappe ashobora kuja muri Real Madrid mu mwaka…
https://www.youtube.com/watch?v=QCUsNmOCOBs&feature=youtu.be
https://www.youtube.com/watch?v=D1JTnqzYxDc&feature=youtu.be
FBI iragabisha abagura imboneshakure muri Promotion ya Black Friday, kuko zidakingiwe, ngo abagizi ba nabi bashobora kuzinjiramwo, noneho bakazikoresha. Ikigo gishinzwe iperereza ry'indani muri Leta zunze ubumwe…
Hari igiye c’isaha zitatu n’inusu mu Buganda kw’igenekerezo rya 6 Kigarama 2019 aho umuririmvyikazi Natacha yatera iteka i gihugu camwibarutse mu gutahukana akandi gashimwe ko mu gihugu kibanyi c’Ubuganda inyuma…
https://www.youtube.com/watch?v=CfPkpL-a2ig&fbclid=IwAR2tUDNIfhciqSNvjvOEVLouBqOWr8ZQv1AbVRREYN3LuoETUNDFZRey9vs
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.