TETERO LAURETTE-AGATEKA(Official video)
https://www.youtube.com/watch?v=Yev9hfHgxE0
https://www.youtube.com/watch?v=Yev9hfHgxE0
https://www.youtube.com/watch?v=BvO_0NUxV98&feature=youtu.be
Muigizaji wa filamu MTU NI UTU NA SIKITU Mr Euphreim Deutsch ni kijana anaejituma sana kwa kazi hapa nchini kwetu na pia anakuja na filamu yake mpya atayo kuja kuachia mda sio mrefu na ameweza kusema kwamba filamu hio…
Igenekerezo rya 10 Kigarama uko umwaka utashe n’umunsi mpuzamakungu wahariwe agateka kazina muntu. Umukuru w’umugwi w’igihugu w’agateka kazina muntu CNIDH, Sixte Vigny Nimuraba, arashima uko ivya agateka ka zina muntu…
Inyuma y'ugutsindwa n'umugwi wa Eritrea igitsindo 1-0 kuri uyu wa mbere waraye uheze igenekerezo rya 09 Kigarama 2019, umumenyereza mukuru w'intamba mu rugamba Alain Olivier Niyungeko yatanze ikiganiro ku…
Mu kiganiro yahaye abamenyeshamakuru kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 10 kigarama 2019, Edouard Nyandwi, umunyamabanga ntayegayezwa mu bushikiranganji bw’ugutwara ibintu n’abantu, yamenyesheje ko hari ubwato bugiye…
https://www.youtube.com/watch?v=MeuA6hiVIDk&feature=youtu.be
Kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 09 Kigarama 2019, umugwi w'intamba mu rugamba wasubiye gukina urukino rwayo rwa kabiri rwo mw'itsinda A n'umugwi wa Eritrea mw'iganwa rya CECAFA Challenge Cup iriko ibera…
Kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 09 Kigarama 2019 niho Omar Ntakagero yatangura icese akazi mu mugwi Vital'o Fc ari kumwe na Kanyenkore Jean Gilbert Yaoundé hamwe na Amidou Hassan. Ku makuru twaronse n'uko Omar…
Kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 09 Kigarama 2019 niho uburongozi bw'umugwi wa Rukinzo Fc bwandikira ikete umumenyereza wayo Ramadhan Maulidi bumubwira y'uko bwamuhagaritse mu kazi ko kumenyereza umugwi wabo.…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.