HomehomepageWa mukinyi wo mu Bwongereza Aigle Noir yaguze agiye kuza mu Burundi

Wa mukinyi wo mu Bwongereza Aigle Noir yaguze agiye kuza mu Burundi

Inyuma y’aho uwusanzwe arongoye umugwi Aigle Noir The Fighter na FFB akongera akaba n’umukuru w’inama nkenguzamateka Reveriyano Ndikuriyo ashiriye ifoto y’umukinyi agiye kugurwa mu mugwi wiwe, kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 11 Kigarama 2019 isaha icumi n’imwe n’iminota mirongo ibiri n’itanu z’umugoroba (17h 25minutes) niho hategekanijwe ko Brandon Chebby Taylor aza gushika ku kibuga c’indege c’i Bujumbura, Aeroport international Melchior Ndadaye.

Brandon Chebby akaba aje avuye mu mugwi wa Stohham AFC wo mu gihugu c’ubwongereza se wiwe akaba ari umurundi avuka mu ntaya ya Kayanza yitwa Ndayishimiye Warren Chebby mugihe nyina wiwe ari umwongerezakazi yitwa Chrly Cooper.

- Advertisment -

Must Read

# Indundi Sports | Rukiya Bizimana mu rutonde rw’abakinyi bahiganirwa agashimwe...

0
  Umukinyi w’intamba mu rugamba z’abigeme Bizimana Rukiya yashizwe mu rutonde rw’abakinyi 10 bakiri bato  bahiganirwa agashimwe k’umukinyi yavyitwayemwo neza gusumba abandi mu nkino zo...