Yvan Muziki yoba yamaze gushika I Kigali
Igishobora kuba kijanye Yvan I Kigali ntikirabasha kumenyekana, ariko bikavurwa ko hampande y'ukuramukanya, hoba harimwo ugushira ahabona akaririmbo gashasha. Inyuma y'igihe asa n'uwuri mu gacerere, bivurwa ko…