5.5 C
New York
Friday, September 24, 2021
HomehomepageIntamba mu rugamba Soccer Beach zashitse amahoro i Dar es salaam

Intamba mu rugamba Soccer Beach zashitse amahoro i Dar es salaam

Umugwi nserukira gihugu w’intamba mu rugamba w’abakinira ku musenyi Soccer Beach wamaze gushika i Dar es salaam.

Intamba Soccer Beach zikaba zafashe urugendo kuri uyu gatatu igenekerezo rya 18 Kigarama 2019 , zirara mu ntara ya Makamba bukeye bwaho niho guca werekeza i Kigoma uhashika isaha zitatu zo mu gatondo 9h00 hama ku mugoroba nk’isaha cumi na zibiri zo kumugoroba 18h00 niho waca ufata indege werekeza i Dar es salaam ukaba washitse amahoro.

Aba nibo bakinyi 11 berekeje i Dar es Salaam :

1. Ndayishimiye Aboubacar (mikimba karera beach)
2. Irakoze Eustache (les élites FC)
3. Kaze Assumani (Muro Suppliers)
4. Ishimwe Giggs (Saga Sable FC)
5. Amisi niyonkuru (Muro suppliers)
6. Ndizeye Christian (Mikimba Karera Beach)
7. Irankunda innocent (les pépinières FC)
8. Moussa Masudi (Muro Suppliers FC)
9. Nzeyimana Aly (Kipa) (Bunge FC)
10. Rusagara Hippolyte (Kipa) (Les Elites FC)

11. Iddy Juma(muro suppliers FC)

Intamba Soccer Beach zikaba zifise urukino rwa mbere ku musi wa Mungu igenekerezo rya 22 Kigarama 2019 n’umugwi wa Seychelles.

- Advertisment -

Must Read

Amb. Willy Nyamitwe yifurijwe isabukuru Nziza n’abamenyeshamakuru batari bake

0
Ubutumwa bwipfuriza isabukuru Nziza Amb. Willy Nyamitwe buvuye hirya no hino, mbere no hanze y'igihugu, bukaba aribwo bwagumye bucanacanako ku mbuga ngurukamabumenyi Zitandukanye ku...