Zari ngo umugabo avuga ko barushinze n’uwo yivye
Umugabo bivurwa ko barushinze na Zari ngo yoba ari umwe muri bamwe baryamana n'abandi bagabo, kandi akaba ari Umugabo w'abandi, nkuko bishikirizwa na bimwe mu binyanamakuru. Muri Video za Zari zo mu mpera…