Bangladesh : Mutima yitavye inama yo gutegura ihiganwa rya Golden Cup
Kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 14 Nzero 2020 niho haba inama ya mbere yo gutegura ihiganwa rya Golden Cup buca ritangura mu gihugu ca Bangladesh. Iyo nama ikaba yari iyo kwiheza aho abakinyi bazoshikira n'ukwihweza…