Breaking News | Bernard wo mu murwi wiswe Nkunda abantu yitavye Imana
Umwe mu bagize umurwi bakunze kwita Nkunda abantu ukora umuziki w'akaranga ariko uvanze n'uw'uwugezweho, Tradi-moderne, yitavye Imana. Uwo tuvuga ko Bernard yitavye Imana afise imyaka 33 y'amavuko, uwo…