Bangabandhu Gold Cup 2020 : Uburundi bugiye guhura na Bangladesh mu gice 1/2 gishira icanyuma
Kuri uyu wa kane igenekerezo rya 23 Nzero 2020 niho umugwi w’Uburundi waserukiwe n‘abakinyi ba Aigle Noir uzagukina urukino rw'igice 1/2 gishira icanyuma c'igikombe Bangabandhu God Cup 2020 kiriko kibera mu gihugu…