Kuri uno musi wa gatanu igenekerezo rya 24 Nzero 2020 umuhisi Bernard Ndoricimpa niho yashinguranwa iteka ku Mpanda.
Mwomenya ko yari yitavye Imana kw’igenekerezo rya 18 Nzero kurugo rwiwe muri zone Gihosaha aho asanzwe aba neza na neza ahitwa Kumatafari




