5.5 C
New York
Monday, January 25, 2021
Home Burundi Bangabandhu Gold Cup 2020: Uburundi bwatsinzwe muri Finale na Palestina

Bangabandhu Gold Cup 2020: Uburundi bwatsinzwe muri Finale na Palestina

 

Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 25 Nzero 2020 mu gihugu ca Bangladesh niho umugwi w’Uburundi waserukiwe n’abakinyi ba Aigle Noir wakinye urukino rwa nyuma rw’igikombe ca Bangabandhu Gold Cup n’umugwi nserukira gihugu wa Palestina, urwo rukino rukaba rwarangiye Uburundi butsinzwe na Palestina ibitsindo 3-1 .

Uburundi bukaba bwaciye butahukana ibahasha y’ibihumbi mirongo ibiri vy’amadorari y’amanyamerika nayo Palestine yafashe ikibanza ca mbere yahawe ibahasha ry’amadorari ibihumbi mirongo itatu 30000$.

Mwomenya y’uko igihugu ca Palestina catwaye igikombe kigira kabiri cikurikiranije muri iryo higanwa rya Bangabandhu Gold Cup ririko ribera I Bangladesh.

Must Read

Platini ngo aronse ah’aca Shaddy Boo Ubwiza bwiwe ntiyobwitesha

0
  Platini yigeze kuba ari muri Dream Boys ngo ntaho yohera yanka kugiriranira imigenderanire y’urukundo na Shadia benshi bazi nka Shaddy Boo. Ivyo akaba aheruka...