5.5 C
New York
Friday, April 16, 2021
Home abakinyi bakina hanze Nshimirimana Jospin yatowe nk'umukinyi mwiza yaranze ihiganwa

Nshimirimana Jospin yatowe nk’umukinyi mwiza yaranze ihiganwa

Inyuma yo gutsindwa na Palestina ibitsindo 3-1 mu rukino rwa Final rwabaye kuri uyu wa gagandatu igenekerezo rya 25 Nzero 2020.

Umukinyi w’Uburundi Nshimirimana Jospin yatowe nk’umukinyi mwiza yaranze ihiganwa rya Bangabandhu Gold Cup atsindira n’ikirato c’inzahabu c’umusatirizi mu kuba ariwe yinjije ibitsindo vyinshi muri iryo higanwa.

Nshimirimana Jospin akaba yarangije iryo higanwa rya Bangabandhu Gold Cup afise ibitsindo 7 mu nkino zine yakinye .

Bikavugwa ko hari imwe mu migwi ikomeye yo mu gihugu ca Bangladesh imaze kuvuga ko imwipfuza .

Must Read

#Double Jay: Raba ivyiza yungutse Inyuma yo gutahukana Isanganiro Award

0
Ni ku ncuro y'icenda(9em édition)Radio Isanganiro itunganya ihiganwa ry'itiriwe (Isanganiro award)Aho batora ururirimbo ruzoharirwa umwaka.     Abaririmvyi nka Rally Joe,Yoya,Mkombozi,N John,Bernise the bell n'abandi..... Nibo bamaze gutahukana...