5.5 C
New York
Friday, April 16, 2021
Home homepage Abakinyi b’Uburundi bashitse amahoro i Bujumbura

Abakinyi b’Uburundi bashitse amahoro i Bujumbura

Hari isaha z’ibiri n’igice 8h30 zo mu gatonso ko kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 27 Nzero 2020 aho abakinyi ba Aigle Noir bari baserukiye Uburundi mu mahiganwa y’imigwi nserukira gihugu Bangabandhu Gold Cup bashika ku kibuga c’indege mpuzamakungu Melchior Ndadaye kiri i Bujumbura.

Abo bakinyi bakaba barandikishije amateka ubwa mbere mugushikana Uburundi mu rukino rwa nyuma rwa Final naho bahavuye batakaza igikombe mu gutsindwa na Palestina ibitsindo 3-1.

Ikibanza ca kabiri bafashe catumye batekererwa ibahasha ringana n’amadorari y’abanyamerika angana ibihumbi 20000$ mugihe Palestina yafashe ikibanza ca mbere yaronse ibahasha ingana n’ibihumbi 30000$.

Must Read

Différentes vertus du psaume 08

0
Améliorer la confiance, attirer  les clients vers ton commerce Pour retrouver la confiance en soi Pour avoir une faveur dans les transactions commerciales    Contre les maladies des...