5.5 C
New York
Sunday, April 18, 2021
Home homepage Primus League Burundi : Uko imigwi yatsindanye kundwi ya 19

Primus League Burundi : Uko imigwi yatsindanye kundwi ya 19

Mu mpera z’indwi iheze hamwe no mu ntango z’iyi ndwi turimwo, ihiganwa rya Primus League Burundi ryarabandanije kundwi yaryo igira 19.

Uku niko imigwi yatsindanye :

-Bumamuru Fc yatsinze Les Lierres Fc ibitsindo 3-0

-Ngozi city itsindwa na Musongati ibitsindo 2-0

-LLS4A yanganije na Rukinzo Fc igitsindo 1-1

-Vital’o Fc itsinda Bujumbura City ibitsindo 2-1

-Athletico Academiy yanganije na Olympic Star ibitsindo 3-3

-Flambeau du centre yatsinze B S Dynamic igitsindo 1-0

-Inter Star yatsinze Kayanza United ibitsindo 2-1.

Must Read

Ibibanza bizokwimurirwamwo abatewe n’amazi mu Gatumba vyamaze kuboneka

0
Urwego rw’igihugu rujejwe gukinga impanuka rufadikanije n’ubuyobozi bukuru bujejwe gutunganya ibisagara rumenyesha ko ibibanza vyo kwubakamwo amazu bigera kw'ijana na mirongo itanu bimaze gutegekanywa,...