Rama Landry yamaze gusesekara i kampala aho ariko akora ibiteramo bitandkanye
Intambo y'umudengo,izwi kw'izina rya kizomba ndetse na Salsa nivyo vyamugize rurangiranwa aba bitumwako mu makungu, azira gusegerereza kuko uburyo bwabonye inzira bucamwo kugira bushike mu mufuka wiwe, uwo nawe…