5.5 C
New York
Thursday, January 21, 2021
Home homepage Coupe du Président : Uko batsindanye mu gice ca 32 gishira ica...

Coupe du Président : Uko batsindanye mu gice ca 32 gishira ica nyuma

Kuri uyu wa gatatu waraye uheze igenekerezo rya 29 Nzero 2020, niho igice ca 32 gishira ica nyuma c’igikombe citiriwe umukuru w’igihugu cabandanya. Uko niko imigwi yatsindanye :

– Young Boys Bugendana yanyagiwe  na Top Junior ibitsindo 6 ku 0

– AC Telaviv yanganije na Holly Center ibitsindo 2 kuri 2 munyuma barateye za Penariti Telaviv itsinda 3 kuri 2 za Holly Center

– Gasumo Fc y’I Mwaro yanyagiwe na Delta Star Gatumba ibitsindo 7 ku 0

– Haleluya Fc  yatsinzwe  na Les Elephant y’ibibanza ibitsindo 4 kuri 2

– Aigle Noir Kigwena  yatsinzwe na Abagenzi ibitsindo 2 kuri 1

– Unite Fc yanyagiye Rugo Farm ibitsindo 6 kuri 2

– Matana Fc yanyagiwe na Flambeau de l’est ibitsindo 6 kuri 2

– Moso Sugar itsindwa na Mabanda igitsindo 1-0

– Aigle Noir Academy yatsinzwe na New Oil igitsindo 1-0

– Aigle Star yanyagiwe na Messager Rumonge ibitsindo 6-1

– Nyanza Lac yanganije na Volontaire Fc igitsindo 1 kuri 1 munyuma batera za Penalties Nyanza Lac isezerera Volontaire mu kwinjiza Penariti 4 kuri 3.

– Amarango y’I Gitega yatsinzwe na Lumière de Mwumba y’igitsindo 1-0

Must Read

Abagizi ba nabi 3 berekanwe n’igiporisi c’Uburundi

0
Igiporisi c'Uburundi cerekanye kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 20 Nzero 2021, abagizi ba nabi bafadikanije n’umugore wa nyakwigendera kubwicanyi bwabaye mwijoro ryo kuwa 24...