5.5 C
New York
Friday, April 16, 2021
Home abakinyi bakina hanze Mohammed Amissi yafashije Heracles Almelo kunyagira VVV Venlo

Mohammed Amissi yafashije Heracles Almelo kunyagira VVV Venlo

Kuri uyu wa mbere waraye uheze igenekerezo rya 03 Ruhuhuma 2020 niho umugwi Heracles Almelo w’abatarenza imyaka 21 mu gihugu ca Hollande wakina n’umugwi wa VVV Velno urukino rurangira Heracles unyagiye VVV Velno ibitsindo 4-0.

Muri ivyo bitsindo bine harimwo igitsindo c’umusatirizi w’intamba mu rugamba Mohammed Amissi.

Mohammed Amissi amaze kuja rimwe ku rutonde rw’abakinyi 18 Heracles Almelo y’abakuze imaze gukina.

Mukamenya y’uko Mohammed Amissi ari umwe mu basore bakiri bato umugwi nserukira gihugu w’intamba witezeko vyinshi muri kazoza

Must Read

Différentes vertus du psaume 08

0
Améliorer la confiance, attirer  les clients vers ton commerce Pour retrouver la confiance en soi Pour avoir une faveur dans les transactions commerciales    Contre les maladies des...