5.5 C
New York
Saturday, July 24, 2021
HomehomepagePrimus League : Uku niko imigwi izohura kundwi ya 20

Primus League : Uku niko imigwi izohura kundwi ya 20

Kuva kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 08 Ruhuhuma ihigamwa ryo mu cicaro ca mbere mu Burundi Primus league rizobandanije kundwi yaryo igira 20.

Uku niko imigwi izohura :

Kw’igenekerezo rya 08 Ruhuhuma 2020 hatunganijwe inkino zikurikira :

– Les lierres izohura na Ngozi City ku kibuga c’intwari isaha 13h30.

– Kayanza United izohura na Bs Dynamik ku kibuga c’Umuco isaha 15h00

– Vital’o Fc izohura na Musongati Fc ku kibuga c’intwari isaha 16h00

IKw’igenekerezo rya 09 Ruhuhuma 2020 naho hategekanijwe inkino zikurikira :

– Inter Star izohura na Buja city ku kibuga c’intwari isaha 13h30

– Messager Ngozi izohura na Athletico Academy ku kibuga c’Urukundo isaha 15h00

– Flambeau du centre izohura na LLBs4A ku kibuga c’ingoma isaha 15h00

– Olympic Star izohura na Aigle Noir ku kibuga c’Umuco isaha 15h00

– Rukinzo Fc izohura na Bumamuru Fc ku kibuga c’intwari isaha 16h00

- Advertisment -

Must Read

Kurabira hamwe uko amafaranga ya Reta ariko arakoreshwa ni kimwe mu...

0
Kuri uyu wa kane, igenekerezo rya 22 Mukakaro 2021 hatangujwe i Gitega ku murwa mukuru wa poritike umwihwezo w’abagize Reta y’Uburundi. Uwo mwiherero uzomara imisi...