Inyuma y’umwaka, Chany Queen arahevye arava mu gacerere
Inyuma y’uturirimbo nka Kamwe kamwe , Neno Moja na Ndicuza twakozwe mu mwaka wa 2018, tugakundwa n’abatari bake mu bakunzi b’umuziki ndundi, cane cane ab’umuririmvyikazi Chany Queen. Uwo muririmvyikazi agiye gushira…