5.5 C
New York
Tuesday, May 18, 2021
Home abakinyi bakina hanze George Gatogato mu bahagarikizi bazohagarikira CHAN 2020

George Gatogato mu bahagarikizi bazohagarikira CHAN 2020

Umuhagariziki mpuzamakungu w’umurundi George Gatogoto yashizwe ku rutonde rw’abahagarikizi bazohagarira inkino za CHAN 2020 zizobera mu gihugu ca Cameroun.

George akaba yarakurikiranye inyigisho nkarishabwenge zari zabereye mu gihugu ca Cameroun mu gisagara ca Yaoundé ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 08 Ruhuhuma 2020.

Bikaba bitegekanijwe y’uko inkino za CHAN 2020 zizotangura kuva kw’igenekerezo rya 4 gushika kurya 25 Ndamukiza umwaka wa 2020.

Mukamenya y’uko George Gatogato yigeze gushirwa ku rutonde rw’abahagarikizi bigeze guhagarikira inkino za CAN U 23 zabereye muri Misiri.

Must Read

Basket : Les amis yatwaye igikombe ica ikatisha itike mu cicaro...

0
Kuri uyu w'Imana niho mw'ishirahamwe rya basket ball mu gisagara ca Bujumbura hasozerewe ihiganwa ryo mu cicaro ca kabiri , urukino rwasozereye iryo higanwa...