Primus league : Uko imigwi yatsindanye n’ingene igenda irasumbanya amanota

0
415

Kuva ku musi wa gatandtu ihiganwa ryo mu cicaro cambere Primus league ryarabandanije kundwi ya 20.

– Vital’o Fc yatsinze Musongati Fc ibitsindo 2-0

– Bs Dynamic yatsinze Kanyanza United igitsindo 1-0

-Les lierres yatsinze Ngozi City ibitsindo 2-1

– Olympic Star yatsinzwe na Aigle Noir ibitsindo 3-2

– Messager Ngozi yanganije na Athletico Academy igitsindo 1-1

– Flambeau du Centre yanganije na LLBS@4A 0-0

– Buja city Yatsinze Inter Star ibitsindo 3-1

– Rukinzo Fc yatsinze Bumamuru Fc ibitsindo 2-0

Uko niko imigwi isumbanya amanota vy’imfatakibanza :

1. Musongati FC: 39pts 20matchs

2.Flambeau du Centre: 38pts 20matchs

3.Messager Ngozi: 37pts 19matchs

4.Vital’o FC: 33pts 20matchs

5.Aigle Noir CS: 31pts 19matchs

6.BS Dynamic: 30pts 20matchs

7.Bumamuru FC: 28pts 20matchs

8.Inter Star: 27pts 20matchs

9.Buja City: 25pts 20matchs

10.LLBS4A: 24pts 20mtchs

11.Rukinzo FC: 24pts 20matchs

12.Olympic Star: 23pts 20matchs

13.Kayanza United: 22pts 20matchs

14.Atletico Academy: 21pts 20matchs

15.Les Lierres FC: 19pts 20matchs

16.Ngozi City: 14pts 20matchs