5.5 C
New York
Friday, January 22, 2021
Home abakinyi bakina hanze Ndaye Chancel yamaze gutangura imyimenyezo muri America

Ndaye Chancel yamaze gutangura imyimenyezo muri America

Kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 11 Ruhuhuma 2020 niho umukinyi w’inyuma w’intamba mu rugamba Ndaye Chancel yatanguye imyimenyerezo yiwe yambere inyuma yo kugurwa muri reta zunze ubumwe za America mu mugwi wo mu cicaro ca kabiri Las Vegas Light Fc.

Chancel akaba yashize umukono ku masezerano yo gukinira uyo mugwi mu kiringo kingana n’umwaka umwe.

Niwe mukinyi wenyene w’umurundi yatowe mu bakinyi 11 bigeze kwigenza neza mw’ihiganwa rya CAN U 20 .

Akaba agiye muri uwo mugwi avuye mu mugwi wo mu gihugu ca Repubirika ya Tchèque witwa MFK.

Must Read

Eddy Kamoso ngo ntaje gupima akarere, agarutse gukora umuziki

0
  Eddy Kamoso ngo yarabonye Imana ikora muri iyi myaka 5 iheze asubiye gukorera I Kigali, iyo ngo niyo mpamvu nyezina yatumye yandika indirimbo “Ndiho”...